Biografiya Abaya Kunanbaeva Na Kazahskom Yazike S Perevodom Na Russkij

Jan 17, 2018  Yohereza abana kwiga hanze akibera hanze mu gihe abana bamwe bafashwa na FARG bamerewe nabi. This feature is not available right now. Please try again later. Iye, aboFakazi bakaJehova esikhathini esinengi bayasiza lokha nekuvela ihlekelele. Sihlangula umuntu onguFakazi nongasi nguFakazi, ngebanga lokuthi sivumelana nesinqophiso seBhayibheli esikwebeGalatiya 6:10: “Nje-ke, njengombana sinethuba, asenzeni okuhle.

Ng’izi ingingo ngenderwako zine zo muri Bibiliya zishobora kugufasha nimba ufise ingorane z’amahera n’amadeni: • Nugire integuro y’amahera utegekanya gukoresha. “ Imigambi y’umunyamwete ntibura kuvamwo akarusho, ariko uwihutagiza wese ntabura kugana ku bukene.” () Ntiwihutire kugura ikintu ngo ni uko kiriko kigurishwa make. Nugire integuro y’ukuntu utegekanya gukoresha amahera yawe kandi uyikurikize. • Niwirinde amadeni adakenewe. “ Uwugurana aba umusavyi wa nyene kumugurana.” () Nimba ufise amadeni maze ukaba udashoboye gushitsa ivyo wiyemeje, gerageza usubire uganire n’abakuguranye muvugane ingene uzobishura. Nugume ugira akigoro. Kurikiza iyi mpanuro Bibiliya itanga ku bijanye n’uwemeye ingurane atabanje kwiyumvira maze akabwirizwa kuriha iryo deni: “ Bandanya, wicishe bugufi, wisabe mugenzawe ushishikaye.

Biografiya

Electric machines by nagrath and kothari pdf download. Amaso yawe ntuyahe itiro.” (, Bibiliya Yera) Ugerageje irya mbere bikanka, ntuce uta hasi. Guma umusaba ko mwogira ivyo mwumvikanye ku bijanye na nya deni. • Nubone amahera mu buryo bubereye. “ Ntugire ubwikunzi ngo ushashare gutunga, [ahandi ho] uzosanga bikugendeye nabi rwose bimwe utaziga.” (, Contemporary English Version) Umunoho n’umwina birashobora gutuma ugira ingorane z’ubutunzi, bikonona n’ubucuti ufitaniye n’Imana. • Nubumbwe n’ivyo ufise.

“ Iyo rero dufise ivyo kurya n’ivyo kwambara, ivyo biratubumba.” () Amahera ntashobora kugura agahimbare. Bamwe mu bantu bahimbawe kurusha abandi kw’isi usanga ata mahera menshi bifitiye.

Vizitka na anglijskom yazike obrazec. Ico bifitiye ni urukundo bakunda umuryango n’abagenzi, be n’ubucuti bafitaniye n’Imana.​—.